Itanguriro 41:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Vyongeye, amwuriza umukogote w’iteka ugira kabiri yari afise+, kugira basemerere imbere yiwe ngo: “Avreki!” Ukwo ni ko yamushinze kugaba igihugu cose ca Misiri. 2 Samweli 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+.
43 Vyongeye, amwuriza umukogote w’iteka ugira kabiri yari afise+, kugira basemerere imbere yiwe ngo: “Avreki!” Ukwo ni ko yamushinze kugaba igihugu cose ca Misiri.
15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+.