1 Abami 1:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+. Esiteri 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hamani aca atora nya vyambarwa+ na nya farasi, yambika Morudekayi+ hanyuma amutembereza mu kibanza ca bose+ c’igisagara, agenda arasemerera imbere yiwe+ ati: “Uku ni ko umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka agirirwa+.”
38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+.
11 Hamani aca atora nya vyambarwa+ na nya farasi, yambika Morudekayi+ hanyuma amutembereza mu kibanza ca bose+ c’igisagara, agenda arasemerera imbere yiwe+ ati: “Uku ni ko umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka agirirwa+.”