Esiteri 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hamani yinjiye, umwami amubwira ati: “Umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka akwiye kugirirwa iki+?” Hamani aca yibwira mu mutima wiwe ati: “Hari uwundi umwami yohimbarwa no gutera iteka atari jewe+?”
6 Hamani yinjiye, umwami amubwira ati: “Umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka akwiye kugirirwa iki+?” Hamani aca yibwira mu mutima wiwe ati: “Hari uwundi umwami yohimbarwa no gutera iteka atari jewe+?”