Esiteri 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abasuku b’umwami bose bari mw’irembo ry’umwami+ baza barunamira Hamani bagakubita inkoro hasi imbere yiwe, kuko ukwo ari ko umwami yari yategetse ku bimwerekeye. Mugabo Morudekayi we, ntiyunama canke ngo akubite inkoro hasi+. Esiteri 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hamani abiganira ubuninahazwa bw’ubutunzi+ bwiwe n’igitigiri kinini c’abahungu biwe+ n’ikintu cose umwami yari yaramugirishije mukuru be n’ingene yari yamushize hejuru y’abaganwa n’abasuku b’umwami+. Imigani 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+. Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Imigani 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.
2 Abasuku b’umwami bose bari mw’irembo ry’umwami+ baza barunamira Hamani bagakubita inkoro hasi imbere yiwe, kuko ukwo ari ko umwami yari yategetse ku bimwerekeye. Mugabo Morudekayi we, ntiyunama canke ngo akubite inkoro hasi+.
11 Hamani abiganira ubuninahazwa bw’ubutunzi+ bwiwe n’igitigiri kinini c’abahungu biwe+ n’ikintu cose umwami yari yaramugirishije mukuru be n’ingene yari yamushize hejuru y’abaganwa n’abasuku b’umwami+.
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.