Imigani 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+. Imigani 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uguca ivutu kw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+. Uwikwegera uburake bwiwe aba ariko yicumurako+.
12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.
2 Uguca ivutu kw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+. Uwikwegera uburake bwiwe aba ariko yicumurako+.