Esiteri 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimba ngize ubutoni mu maso y’umwami+ kandi nimba umwami abona ko ari vyiza kumpa ico ngomba akongera akagira nk’uko ndamusavye, umwami na Hamani bazoze ku nzimano nzobatereka ejo, maze ejo nzogira nk’uko umwami avuze+.”
8 Nimba ngize ubutoni mu maso y’umwami+ kandi nimba umwami abona ko ari vyiza kumpa ico ngomba akongera akagira nk’uko ndamusavye, umwami na Hamani bazoze ku nzimano nzobatereka ejo, maze ejo nzogira nk’uko umwami avuze+.”