1 Samweli 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nk’uko nyene umugani w’aba kera uvuga uti: ‘Ububisha buzosohoka buvuye mu babisha+,’ ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako. Zaburi 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Igihe inkozi z’ikibi zari zegereye zimpiga ngo zirye inyama zanje+,Abo bakaba ari abarwanizi banje be n’abansi banje ubwanje+,Bo ubwabo baratsitaye baragwa+. Umusiguzi 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.
13 Nk’uko nyene umugani w’aba kera uvuga uti: ‘Ububisha buzosohoka buvuye mu babisha+,’ ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako.
2 Igihe inkozi z’ikibi zari zegereye zimpiga ngo zirye inyama zanje+,Abo bakaba ari abarwanizi banje be n’abansi banje ubwanje+,Bo ubwabo baratsitaye baragwa+.
8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.