1 Ngoma 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Muri bene Isakari+ bari bazi kugendereza ibihe+ kugira bamenye ico Isirayeli yabwirizwa gukora+, hari abakuru babo amajana abiri, bene wabo bose bakaba bategekwa na bo. Matayo 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mu gitondo na ho muti: ‘Uno musi haza kwirirwa hakanye cane, kandi imvura irashobora kugwa, kuko ijuru ritukura nk’umuriro, mugabo rikaba ryiraburaniwe.’ Murazi gusobanura uko ijuru risa, mugabo ibimenyetso vy’ibihe ntimushobora kubisobanura+.]]
32 Muri bene Isakari+ bari bazi kugendereza ibihe+ kugira bamenye ico Isirayeli yabwirizwa gukora+, hari abakuru babo amajana abiri, bene wabo bose bakaba bategekwa na bo.
3 mu gitondo na ho muti: ‘Uno musi haza kwirirwa hakanye cane, kandi imvura irashobora kugwa, kuko ijuru ritukura nk’umuriro, mugabo rikaba ryiraburaniwe.’ Murazi gusobanura uko ijuru risa, mugabo ibimenyetso vy’ibihe ntimushobora kubisobanura+.]]