Ezira 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kubera ko itegeko ryarungitswe rivuye imbere y’umwami n’abajanama biwe indwi+ kugira ngo hagirwe itohoza+ ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu buryo buhuye n’itegeko+ ry’Imana yawe+ riri mu kuboko kwawe,
14 Kubera ko itegeko ryarungitswe rivuye imbere y’umwami n’abajanama biwe indwi+ kugira ngo hagirwe itohoza+ ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu buryo buhuye n’itegeko+ ry’Imana yawe+ riri mu kuboko kwawe,