Esiteri 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umugabo umwe w’Umuyuda yari ku kirimba Shushani+, akaba yitwa Morudekayi+ mwene Yayiri, Yayiri mwene Shimeyi, Shimeyi mwene Kishi Umubenyamini+, Esiteri 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.
5 Umugabo umwe w’Umuyuda yari ku kirimba Shushani+, akaba yitwa Morudekayi+ mwene Yayiri, Yayiri mwene Shimeyi, Shimeyi mwene Kishi Umubenyamini+,
7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.