Zaburi 118:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ijwi ry’akamo k’umunezero n’ubukiriro+Riri mu mahema+ y’abagororotsi+.Ukuryo kwa Yehova kurerekana inkomezi+. Zaburi 145:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+. Yesaya 65:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+.
15 Ijwi ry’akamo k’umunezero n’ubukiriro+Riri mu mahema+ y’abagororotsi+.Ukuryo kwa Yehova kurerekana inkomezi+.
7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+.
14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+.