Itanguriro 41:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko ico kintu kiba ciza mu maso ya Farawo n’ay’abasuku biwe bose+. Esiteri 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inkumi izoboneka ko ihimbaye mu maso y’umwami izoca iba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.” Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami, maze abigenza atyo.
4 Inkumi izoboneka ko ihimbaye mu maso y’umwami izoca iba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.” Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami, maze abigenza atyo.