Esiteri 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umwigeme azoguhimbara kuruta abandi bose ni we azoca aba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.» Umwami ashima ico ciyumviro, aca abigenza ukwo nyene.
4 Umwigeme azoguhimbara kuruta abandi bose ni we azoca aba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.» Umwami ashima ico ciyumviro, aca abigenza ukwo nyene.