Esiteri 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+, Daniyeli 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyakabaye kera, ba bagabo binjira ari ikinja aho umwami ari, babwira umwami bati: “Ewe mwami, uribuka yuko itegeko ry’Abamedi n’Abaperesi rivuga yuko umuziro+ canke icagezwe gishinzwe n’umwami ubwiwe kidashobora guhindurwa+.”
3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+,
15 Vyakabaye kera, ba bagabo binjira ari ikinja aho umwami ari, babwira umwami bati: “Ewe mwami, uribuka yuko itegeko ry’Abamedi n’Abaperesi rivuga yuko umuziro+ canke icagezwe gishinzwe n’umwami ubwiwe kidashobora guhindurwa+.”