Esiteri 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku mugoroba yarinjira, mu gatondo agasubira mu nzu y’abagore igira kabiri yari ijejwe Shayashigazi inkone y’umwami+, umurinzi w’incoreke. Ntiyasubira kwinjira aho umwami ari kiretse umwami yamushimye kandi akaba yahamagawe mw’izina+. Esiteri 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inkumi za Esiteri n’inkone+ ziwe ziza rero kubimumenyesha. Umwamikazi agira umubabaro mwinshi cane. Maze arungika impuzu ngo bambike Morudekayi bongere bamwambure igunira ryiwe. Ariko ntiyazemera+.
14 Ku mugoroba yarinjira, mu gatondo agasubira mu nzu y’abagore igira kabiri yari ijejwe Shayashigazi inkone y’umwami+, umurinzi w’incoreke. Ntiyasubira kwinjira aho umwami ari kiretse umwami yamushimye kandi akaba yahamagawe mw’izina+.
4 Inkumi za Esiteri n’inkone+ ziwe ziza rero kubimumenyesha. Umwamikazi agira umubabaro mwinshi cane. Maze arungika impuzu ngo bambike Morudekayi bongere bamwambure igunira ryiwe. Ariko ntiyazemera+.