Imigani 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Igitanda canje nakimijagiye imira*, umubazibazi n’umudarasini+. Indirimbo ya Salomo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kirya ni igiki kiduga kiva mu gahinga nk’inkingi z’umwotsi, kimoteshejwe imira n’imibavu ya olibani+, mbere ubwoko bwose bw’agapuderi kamoga k’umucuruza+?” Luka 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Maze umugore yari azwi mu gisagara ko ari umucumuzi amenya yuko Yezu yari ku meza mu nzu ya nya Mufarizayo, aca azana ikebano ryo mu tubuyenge twitwa alabasitironi*+ ririmwo amavuta amota neza,
6 “Kirya ni igiki kiduga kiva mu gahinga nk’inkingi z’umwotsi, kimoteshejwe imira n’imibavu ya olibani+, mbere ubwoko bwose bw’agapuderi kamoga k’umucuruza+?”
37 Maze umugore yari azwi mu gisagara ko ari umucumuzi amenya yuko Yezu yari ku meza mu nzu ya nya Mufarizayo, aca azana ikebano ryo mu tubuyenge twitwa alabasitironi*+ ririmwo amavuta amota neza,