Indirimbo ya Salomo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kirya ni igiki kiduga kiva mu gahinga nk’inkingi z’umwotsi, kimoteshejwe imira n’imibavu ya olibani+, mbere ubwoko bwose bw’agapuderi kamoga k’umucuruza+?” Indirimbo ya Salomo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+;
6 “Kirya ni igiki kiduga kiva mu gahinga nk’inkingi z’umwotsi, kimoteshejwe imira n’imibavu ya olibani+, mbere ubwoko bwose bw’agapuderi kamoga k’umucuruza+?”
14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+;