1 Samweli 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Sauli abonye ikambi y’Abafilisitiya aratinya, umutima wiwe utangura kujugumira cane+.