ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Yehova azokurungikako umuvumo+, umuvurungano+ n’igihano+ mu migambi yawe yose ugerageza kurangura, gushika uzimanganijwe ugahona bidatevye, kubera ububi bw’ingeso zawe, kuko wantaye+.

  • 1 Samweli 28:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Sauli aca agwa hasi arambaraye, aratinya cane kubera amajambo ya “Samweli.” Vyongeye, ntihaba inkomezi muri we, kuko atari yariye ibifungurwa umurango wose n’ijoro ryose.

  • Imigani 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ikintu c’agacavutu ku mubisha, emwe, ico ni co kizomuzako+; ariko ico abagororotsi bipfuza bazogihabwa+.

  • Yesaya 57:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nta mahoro ku babisha+,” ni ko Imana yanje ivuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika