Zaburi 33:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akoranya amazi y’ikiyaga nk’aho akoresheje urugomero+,Agashira mu bigega amazi asuriranya. Imigani 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 igihe yashingira ikiyaga ingingo yiwe, kugira amazi ntarenge itegeko ryiwe+, igihe yashinga ko haba imishinge y’isi+, Ivyakozwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,
29 igihe yashingira ikiyaga ingingo yiwe, kugira amazi ntarenge itegeko ryiwe+, igihe yashinga ko haba imishinge y’isi+,
24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,