Imigani 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+. Imigani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umutima w’umuntu w’inkerebutsi utera akanwa kiwe kwerekana ugutahura kwimbitse+, kandi wongera ku minwa yiwe ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+. 1 Abatesalonika 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko turabahimiriza, bene wacu, mukebure abatagendera ku rutonde+, muyagishe abadendebukiwe n’ijwi ryirura+, mufate mu mugongo abagoyagoya, mwiyumanganye+ kuri bose.
18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.
23 Umutima w’umuntu w’inkerebutsi utera akanwa kiwe kwerekana ugutahura kwimbitse+, kandi wongera ku minwa yiwe ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+.
14 Ariko turabahimiriza, bene wacu, mukebure abatagendera ku rutonde+, muyagishe abadendebukiwe n’ijwi ryirura+, mufate mu mugongo abagoyagoya, mwiyumanganye+ kuri bose.