Imigani 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Iminwa y’umugororotsi iguma iragira benshi+, ariko ibipfu biguma vyicwa n’ukutagira umutima+. Imigani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amajambo ahimbaye ni ikimamara c’ubuki+, asosera umutima kandi agakiza amagufa+.