ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nibibere umukondo wawe umuti+, bibere n’amagufa yawe ukuruhurirwa+.

  • Imigani 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko ari ubuzima ku babironka+, n’amagara ku mubiri wabo wose+.

  • Imigani 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.

  • Imigani 17:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umutima unezerewe ugira neza nk’umuti uvūra+, mugabo umutima ukubititse wumisha amagufa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika