Imigani 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Amaganya mu mutima w’umuntu awutera kwicurikira+, mugabo ijambo ryiza rirawunezereza+. Imigani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.
13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.