Imigani 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Zigama umutima wawe kuruta ikindi cose kibwirizwa kurindwa+, kuko ari wo uvamwo amasôko y’ubuzima+. Imigani 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umutima unezerewe ugira neza nk’umuti uvūra+, mugabo umutima ukubititse wumisha amagufa+.
23 Zigama umutima wawe kuruta ikindi cose kibwirizwa kurindwa+, kuko ari wo uvamwo amasôko y’ubuzima+.