Zaburi 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+. Imigani 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umutima w’umuntu urashobora kwihanganira indwara yiwe+; mugabo umutima ukubititse, ni nde ashobora kuwihanganira+? 2 Abakorinto 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.
15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.
14 Umutima w’umuntu urashobora kwihanganira indwara yiwe+; mugabo umutima ukubititse, ni nde ashobora kuwihanganira+?
10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.