Gusubira mu vyagezwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose. Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+, Imigani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umutima utekanye ni ubuzima bw’umubiri w’inyama+, mugabo ishari ni ububore ku magufa+. Ivyakozwe 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”
15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose.
3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+, Imigani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umutima utekanye ni ubuzima bw’umubiri w’inyama+, mugabo ishari ni ububore ku magufa+. Ivyakozwe 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”
29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”