Itanguriro 37:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bene wabo babonye ko se amukunda kuruta bene wabo bose, batangura kumwanka+, kandi ntibashobora kumuvugisha mu mahoro+. 1 Samweli 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!”
4 Bene wabo babonye ko se amukunda kuruta bene wabo bose, batangura kumwanka+, kandi ntibashobora kumuvugisha mu mahoro+.
8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!”