Zaburi 136:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwe yahingurana amajuru ugutegera+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Imigani 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Biciye ku bumenyi bwiwe, inyenga z’amazi zaratanijwe+, kandi ibirere vy’ibicu biguma bitibagura imvura ihwahutse+.
5 Umwe yahingurana amajuru ugutegera+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Imigani 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Biciye ku bumenyi bwiwe, inyenga z’amazi zaratanijwe+, kandi ibirere vy’ibicu biguma bitibagura imvura ihwahutse+.
20 Biciye ku bumenyi bwiwe, inyenga z’amazi zaratanijwe+, kandi ibirere vy’ibicu biguma bitibagura imvura ihwahutse+.