-
2 Ngoma 20:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Vyongeye, aja inama+ n’abantu maze ashiraho abaririmvyi+ bo kuririmbira Yehova n’abamushemeza+ bashazishije impuzu nyeranda+, bakabigira igihe basohotse bitangiye imbere abagabo bafise ibirwanisho+, bavuga bati: “Shemeze Yehova+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+ ari ubwo gushika igihe kitagira urugero.”
-