1 Ngoma 16:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nimuhe Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+,Nimutware ingabirano mwinjire imbere yiwe+.Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+. Zaburi 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+.Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+. Zaburi 96:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+;Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese+!
29 Nimuhe Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+,Nimutware ingabirano mwinjire imbere yiwe+.Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+.
9 Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+;Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese+!