1 Ngoma 16:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+. Zaburi 114:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera Umukama, nugire ububabare bukaze, wa si we+,Kubera Imana ya Yakobo,
30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+.