ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 inzahabu ku bw’ibizokorwa mu nzahabu, n’ifeza ku bw’ibizokorwa mw’ifeza no ku bw’igikorwa cose kizokorwa n’ukuboko kw’abahinguzi b’utugenegene. None ni nde yitanze abikunze kugira ngo uyu musi yuzuze ukuboko kwiwe ingabirano igenewe Yehova+?”

  • Yesaya 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Muri ico gihe Yehova nyen’ingabo azozanirwa ituro+, rivuye ku gisata c’abantu kirehutse kandi gisenye+, mbere rivuye ku gisata gitera ubwoba hose, ihanga ry’inkomezi zidacika kandi rihonyangira hasi, ry’ubutaka bwakukumuwe n’inzuzi, nya turo rije ahantu h’izina rya Yehova nyen’ingabo, umusozi Siyoni+.”

  • Matayo 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Nimba rero uzanye ishikanwa ryawe ku gicaniro*+ hanyuma ukahibukira ko mwene wanyu hari ico apfa nawe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika