4 “Raramura amaso weraguze, urabe! Bose bakoranirijwe hamwe+; baje kuri wewe+. Abahungu bawe baguma baza bavuye kure, be n’abakobwa bawe, abazokwitwararikwa bari ku kiyunguyungu+.
16 “Kandi abasigaye bose mu mahanga yose aza gutera Yeruzalemu+, bazoduga koko ku mwaka ku mwaka+ kwunamira wa Mwami+, Yehova nyen’ingabo+, no guhimbaza umusi mukuru w’insago+.