Yesaya 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Raramura amaso weraguze irya n’ino, urabe. Bose uko bangana bakoranirijwe hamwe+. Baje kuri wewe. “Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze+, “bose uko bangana uzobambara nk’udusharizo, kandi uzobiboherako nk’umugeni+.
18 Raramura amaso weraguze irya n’ino, urabe. Bose uko bangana bakoranirijwe hamwe+. Baje kuri wewe. “Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze+, “bose uko bangana uzobambara nk’udusharizo, kandi uzobiboherako nk’umugeni+.