ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 32:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze abantu benshi bazanira amaturo+ Yehova i Yeruzalemu, bazanira n’ibintu vyizavyiza Hezekiya umwami wa Yuda+, inyuma y’ivyo ashirwa hejuru+ mu maso y’amahanga yose.

  • Yesaya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi+, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi amahanga yose azorindiga koko aja kuri wo+.

  • Malaki 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kuko kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera*, izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+, kandi ahantu hose bazohafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+, bashikirize ishikanwa ku bw’izina ryanje, emwe, ituro ridahumanye+; kuko izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika