2 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+, Ezira 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 no kugira ngo hajanwe ifeza n’inzahabu umwami n’abajanama biwe bahaye babikunze+ Imana ya Isirayeli iba i Yeruzalemu+, Zaburi 68:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera urusengero rwawe i Yeruzalemu+,Abami bazokuzanira amaturo+.
11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+,
15 no kugira ngo hajanwe ifeza n’inzahabu umwami n’abajanama biwe bahaye babikunze+ Imana ya Isirayeli iba i Yeruzalemu+,