1 Abami 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+. 2 Ngoma 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova aguma ashimangiye ubwami mu kuboko kwiwe+; kandi Yuda yose ibandanya guha impano+ Yehoshafati, maze agira ubutunzi bwinshi n’ubuninahazwa bwinshi+.
21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+.
5 Yehova aguma ashimangiye ubwami mu kuboko kwiwe+; kandi Yuda yose ibandanya guha impano+ Yehoshafati, maze agira ubutunzi bwinshi n’ubuninahazwa bwinshi+.