ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri ico gihe, ashira Abalewi+ mu nzu ya Yehova, bafise ivyuma bisāma+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+, nk’uko vyategetswe na Dawidi+ na Gadi+ umubonyi w’umwami be na Natani+ umuhanuzi, kuko iryo bwirizwa ryari ryatanzwe n’ukuboko kwa Yehova biciye ku bahanuzi biwe+.

  • Ezira 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Abubatsi ngo bashinge umushinge+ w’urusengero rwa Yehova, abaherezi bambaye ivyambarwa vy’ibango+, bafise inzumbete+, n’Abalewi bene Asafu+, bafise ivyuma bisāma+, baca barahaguruka kugira bashemeze Yehova bisunze ubuyobozi+ bwa Dawidi umwami wa Isirayeli.

  • Nehemiya 12:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mu gihe co gushikiriza+ uruhome rwa Yeruzalemu, barondera Abalewi ngo babazane i Yeruzalemu babakuye aho baba hose, kugira ngo hagirwe ishikiriza habe n’umunezero, egome, biherekejwe n’ugukenguruka+ n’ururirimbo+, be n’ukuvuza ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika