2 Ngoma 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+.
12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+.