Yeremiya 49:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze. Obadiya 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.