Imigani 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Inzu y’abinantaza Yehova azoyisambura+, mugabo azoshinga urubibe rw’umupfakazi+. Amosi 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nibimba bakaja mu kuzimu*, ukuboko kwanje kuzobakurayo+; kandi nibaduga mu majuru, nzobamanurayo+. Obadiya 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.