1 Ngoma 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+,Inkomezi n’akanyamuneza biri ahantu hiwe+. Zaburi 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!
8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!