Zaburi 135:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ivyo Yehova yahimbawe no gukora vyose yarabikoze+Mu majuru no mw’isi, mu biyaga no mu nyenga z’amazi zose+. Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
6 Ivyo Yehova yahimbawe no gukora vyose yarabikoze+Mu majuru no mw’isi, mu biyaga no mu nyenga z’amazi zose+.
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.