Yobu 42:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize. Imigani 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+,
7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize.