Imigani 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+. Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.