Zaburi 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ngeze habi+.Kubera umwikomo ijisho ryanje ribaye goyigoyi+, umutima wanje n’inda yanje+.
9 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ngeze habi+.Kubera umwikomo ijisho ryanje ribaye goyigoyi+, umutima wanje n’inda yanje+.