Imigani 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’umuntu urazi ukudundumirwa kwiwe+, kandi nta w’ahandi azokwisuka mu munezero wiwe.