Yobu 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibuka yuko ubuzima bwanje ari umuyaga+,Yuko ijisho ryanje ritazosubira kubona iciza. Zaburi 103:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+.
15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+.