ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri ubwavyo ntibigucarukane+. Bibohere mw’izosi ryawe+. Vyandike ku gisate c’umutima wawe+,

  • Imigani 19:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+.

  • Hoseya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko mpimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+, si ibimazi+; kandi mpimbarwa n’ukumenya Imana aho guhimbarwa n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.

  • Zakariya 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muce imanza mu butungane nyakuri+; kandi mugiriranire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’imbabazi+;

  • Matayo 25:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Maze na bo nyene bazokwishura bati: ‘Mukama, ni ryari twakubonye ushonje, canke unyotewe, canke uri kavantara, canke uri gusa, canke urwaye canke uri mw’ibohero, ntihagire ico tugufasha?’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika